Yesaya 50:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+. Matayo 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi. Yohani 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+. Ivyakozwe 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umuherezi mukuru Ananiya aca ategeka abahagaze iruhande yiwe kumukubita+ ku munwa.
6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+.
39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi.
3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+.