Yesaya 50:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+. Yesaya 53:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+. Matayo 26:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Maze bamucira mu maso+ bongera bamukubita+ ingumu. Abandi bamukubita amakofe mu maso+, Mariko 14:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Bamwe batangura kumucirako+ no kumupfuka mu maso hose no kumukubita ingumu no kumubwira ngo: “Pfindura!” Abasuku ba sentare na bo bamwakiriza amakofe, baca baramujana+.
6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+.
5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+.
65 Bamwe batangura kumucirako+ no kumupfuka mu maso hose no kumukubita ingumu no kumubwira ngo: “Pfindura!” Abasuku ba sentare na bo bamwakiriza amakofe, baca baramujana+.