Yesaya 50:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+. Matayo 27:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko bamucirako+, bafata rya renga batangura kurimuhonda mu mutwe. Mariko 14:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Bamwe batangura kumucirako+ no kumupfuka mu maso hose no kumukubita ingumu no kumubwira ngo: “Pfindura!” Abasuku ba sentare na bo bamwakiriza amakofe, baca baramujana+.
6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+.
65 Bamwe batangura kumucirako+ no kumupfuka mu maso hose no kumukubita ingumu no kumubwira ngo: “Pfindura!” Abasuku ba sentare na bo bamwakiriza amakofe, baca baramujana+.