Luka 18:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 hanyuma bamaze kumushishagura+ bazomwica+, mugabo ku musi ugira gatatu azozuka+.” Yohani 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ico gihe rero Pilato afata Yezu, aramushishagura+.