Matayo 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yamara ntihagira ico amwishura, habe n’ijambo rimwe, bituma buramatari atangara cane+. Ivyakozwe 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Buno igisomwa c’Icanditswe yariko arasoma n’ijwi ryumvikana cari iki: “Nka kurya kw’intama, ni ko yazanywe mw’ibagiro, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama utavuga imbere y’umukemuzi wawo, ni ko adakurako umunwa+.
32 Buno igisomwa c’Icanditswe yariko arasoma n’ijwi ryumvikana cari iki: “Nka kurya kw’intama, ni ko yazanywe mw’ibagiro, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama utavuga imbere y’umukemuzi wawo, ni ko adakurako umunwa+.