Zaburi 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ibimasa vyinshi birankikuje+;Abanyabubasha b’i Bashani ubwabo biranzungurutse+. Zaburi 69:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza. Luka 22:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Mugabo agira agahinda kenshi, aguma arushirizaho gusengana ubwira+; icuya ciwe na co gicika nk’amama y’amaraso atibagurikira hasi+.
4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza.
44 Mugabo agira agahinda kenshi, aguma arushirizaho gusengana ubwira+; icuya ciwe na co gicika nk’amama y’amaraso atibagurikira hasi+.