Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+. Yesaya 53:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+. Luka 12:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Koko, ndafise ibatisimu mbwirizwa kubatizwa, kandi ese ingene ndiko ndacumukuzwa gushika irangiye+!
7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+.
10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+.
50 Koko, ndafise ibatisimu mbwirizwa kubatizwa, kandi ese ingene ndiko ndacumukuzwa gushika irangiye+!