Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha. Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.
27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.
7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.