Matayo 26:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.” Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.
39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.”
27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.