Matayo 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu yishura ati: “Mwebwe ntimuzi ico muriko murasaba. Ubwo mwoshobora kunywa igikombe+ ngira nywe?” Bamubwira bati: “Twobishobora.” Yohani 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko Yezu abwira Petero ati: “Shira inkota mu rwubati rwayo+. Igikombe Data yampaye, mbega sinkwiye kukinywa+ uko vyogenda kwose?”
22 Yezu yishura ati: “Mwebwe ntimuzi ico muriko murasaba. Ubwo mwoshobora kunywa igikombe+ ngira nywe?” Bamubwira bati: “Twobishobora.”
11 Ariko Yezu abwira Petero ati: “Shira inkota mu rwubati rwayo+. Igikombe Data yampaye, mbega sinkwiye kukinywa+ uko vyogenda kwose?”