ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 40:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,

      Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.

  • Mariko 14:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Abandanya kuvuga ati: “Abba, Data+, vyose birashoboka kuri wewe; igizayo iki gikombe kimveko. Yamara ntibibe ivyo jewe nshaka, ahubwo bibe ivyo wewe ushaka+.”

  • Luka 22:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 avuga ati: “Data, nimba ubishaka, igizayo iki gikombe kimveko. Yamara rero, ntihabe ukugomba kwanje+, ahubwo habe ukugomba kwawe+.”

  • Abaheburayo 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 maze avuga koko ati: “Ehe ndaje gukora ukugomba kwawe+.” Akuraho ivya mbere kugira ngo ashinge ivya kabiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika