Luka 22:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 avuga ati: “Data, nimba ubishaka, igizayo iki gikombe kimveko. Yamara rero, ntihabe ukugomba kwanje+, ahubwo habe ukugomba kwawe+.” Yohani 6:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+. Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.
42 avuga ati: “Data, nimba ubishaka, igizayo iki gikombe kimveko. Yamara rero, ntihabe ukugomba kwanje+, ahubwo habe ukugomba kwawe+.”
38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+.
7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.