Matayo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwami+ bwawe nibuze. Ukugomba kwawe+ nigukorwe kw’isi nko mw’ijuru+. Mariko 14:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Abandanya kuvuga ati: “Abba, Data+, vyose birashoboka kuri wewe; igizayo iki gikombe kimveko. Yamara ntibibe ivyo jewe nshaka, ahubwo bibe ivyo wewe ushaka+.” Yohani 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse. Yohani 6:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+.
36 Abandanya kuvuga ati: “Abba, Data+, vyose birashoboka kuri wewe; igizayo iki gikombe kimveko. Yamara ntibibe ivyo jewe nshaka, ahubwo bibe ivyo wewe ushaka+.”
30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse.
38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+.