Yohani 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yezu rero, kubera ko yari azi imbere y’umusi mukuru wa pasika yuko isaha yiwe yari igeze+ y’uko ava muri iyi si akaja kwa Se+, kubera yari yarakunze abiwe bari mw’isi+, yarabakunze gushika kw’iherezo.
13 Yezu rero, kubera ko yari azi imbere y’umusi mukuru wa pasika yuko isaha yiwe yari igeze+ y’uko ava muri iyi si akaja kwa Se+, kubera yari yarakunze abiwe bari mw’isi+, yarabakunze gushika kw’iherezo.