Yohani 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Navuye kwa Data nza mw’isi. Vyongeye, ndiko ndava mw’isi nja kwa Data+.” Yohani 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.
11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.