Itanguriro 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu nyuma Nowa avyara abahungu batatu: Shemu, Hamu na Yafeti+. Itanguriro 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene Hamu bari Kushi+ na Mizirayimu+ na Puti+ na Kanani+.