Itanguriro 5:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nowa na we ashikana imyaka amajana atanu. Inyuma y’aho, Nowa avyara Shemu+, Hamu+ na Yafeti+.