Yosuwa 13:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Vyongeye, Musa aha ingabirano igice c’umuryango wa Manase, iba umugabane w’igice c’umuryango wa bene Manase hakurikijwe imiryango yabo+. Yosuwa 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Urubibe rwa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo, egome, urubibe rw’intoranwa yabo amaja mu buseruko, rwabaye Ataroti-adari+, gushika i Beti-horoni yo Haruguru+; Zaburi 77:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukoresheje ukuboko kwawe, wagarukanye abantu bawe+,Bene Yakobo na bene Yozefu. Sela.
29 Vyongeye, Musa aha ingabirano igice c’umuryango wa Manase, iba umugabane w’igice c’umuryango wa bene Manase hakurikijwe imiryango yabo+.
5 Urubibe rwa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo, egome, urubibe rw’intoranwa yabo amaja mu buseruko, rwabaye Ataroti-adari+, gushika i Beti-horoni yo Haruguru+;