Itanguriro 37:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abahungu biwe bose n’abakobwa biwe bose baguma baza kumuhoza+, mugabo aguma yanka guhozwa avuga+ ati: “Kuko nzomanuka iyo umuhungu wanje ari mu kuzimu* ngandaye!” Nuko se wiwe abandanya kumuririra. Itanguriro 42:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yakobo se aca ababwira ati: “Murampekuye+! Yozefu ntakiriho, na Simeyoni ntakiriho+, na Benyamini na we mugira mutware! Ivyo bintu vyose biranjeko!” Itanguriro 46:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Amaherezo Isirayeli abwira Yozefu ati: “Ubu ninshake nipfire+, ko mbonye mu maso hawe, kuko ukiri muzima.”
35 Abahungu biwe bose n’abakobwa biwe bose baguma baza kumuhoza+, mugabo aguma yanka guhozwa avuga+ ati: “Kuko nzomanuka iyo umuhungu wanje ari mu kuzimu* ngandaye!” Nuko se wiwe abandanya kumuririra.
36 Yakobo se aca ababwira ati: “Murampekuye+! Yozefu ntakiriho, na Simeyoni ntakiriho+, na Benyamini na we mugira mutware! Ivyo bintu vyose biranjeko!”
30 Amaherezo Isirayeli abwira Yozefu ati: “Ubu ninshake nipfire+, ko mbonye mu maso hawe, kuko ukiri muzima.”