ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 32:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Maze avuga ati: “Ntuciswe Yakobo, mugabo uzokwitwa Isirayeli+, kuko wanyinyanye+ n’Imana n’abantu amaherezo ugatahukana intsinzi.”

  • Yesaya 44:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uyu azovuga ati: “Jewe ndi uwa Yehova+.” Urya na we azokwiyita izina rya Yakobo+, uwundi na we yandike ku kuboko kwiwe ati: “Uwa Yehova.” Kandi izina rya Isirayeli ni ryo zina ry’icubahiro umuntu azokwiyita+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika