Gusubira mu vyagezwe 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+. Zaburi 78:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Amaherezo iririka imfura zose mu Misiri+,Ubuzibūra bwabo*, mu mahema ya Hamu+.
17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+.