Gusubira mu vyagezwe 33:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri Zebuloni na ho avuga+ ati:“Nezererwa amasohoka yawe Zebuloni we+,Nawe Isakari, unezererwe amahema yawe+. Yosuwa 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubupfindo bugira kane busohoka ku bwa Isakari+, ku bwa bene Isakari hakurikijwe imiryango yabo. 1 Ngoma 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bene wabo bo mu miryango yose ya Isakari bari abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi+: ibihumbi mirongo umunani n’indwi, hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko yabo bose+.
18 Kuri Zebuloni na ho avuga+ ati:“Nezererwa amasohoka yawe Zebuloni we+,Nawe Isakari, unezererwe amahema yawe+.
5 Bene wabo bo mu miryango yose ya Isakari bari abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi+: ibihumbi mirongo umunani n’indwi, hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko yabo bose+.