Ezekiyeli 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye ubutaka bwa Isirayeli: ‘Iherezo, rya herezo, ryaje ku mpera zine z’igihugu+. Amosi 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Araheza ambaza ati: “Ubona iki+ ga Amosi?” Nanje nti: “Igisimbo c’ivyamwa vyo mu ci+.” Hanyuma Yehova ambwira ati: “Iherezo ryashitse ku bantu banje Isirayeli+. Sinzogenda nsubiye kubababarira+. 1 Petero 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.
2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye ubutaka bwa Isirayeli: ‘Iherezo, rya herezo, ryaje ku mpera zine z’igihugu+.
2 Araheza ambaza ati: “Ubona iki+ ga Amosi?” Nanje nti: “Igisimbo c’ivyamwa vyo mu ci+.” Hanyuma Yehova ambwira ati: “Iherezo ryashitse ku bantu banje Isirayeli+. Sinzogenda nsubiye kubababarira+.
7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.