ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Biguma bija aho Nowa ari mu bwato, bibiribibiri, ku bwoko bwose bw’ikiri n’umubiri inguvu y’ubuzima yakoreramwo+.

  • Umusiguzi 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko hari iherezo ku bijanye n’abana b’abantu be n’iherezo ku bijanye n’igikoko, kandi bifise iherezo rimwe+. Uko kimwe gipfa, ni ko n’ikindi gipfa+; kandi vyose bifise impwemu+ imwe itarenga, ku buryo ata co umuntu asumvya igikoko, kuko vyose ari ubusa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika