Kuvayo 40:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Musa akora yisunze ivyo Yehova yari yamutegetse vyose+. Akora kuno nyene. Abaheburayo 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera. 1 Yohani 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,
7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera.
3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,