Kuvayo 39:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Musa abona nya gikorwa cose, kandi bari bagikoze nk’uko Yehova yari yategetse. Ukwo ni ko bari bakoze. Ku bw’ivyo rero Musa arabahezagira+. Gusubira mu vyagezwe 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntimuze mugire ico mwongera kw’ijambo ndabategetse, eka ntimuze mugire n’ico mukura kuri ryo+, kugira ngo mugumye amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndabategetse.
43 Musa abona nya gikorwa cose, kandi bari bagikoze nk’uko Yehova yari yategetse. Ukwo ni ko bari bakoze. Ku bw’ivyo rero Musa arabahezagira+.
2 Ntimuze mugire ico mwongera kw’ijambo ndabategetse, eka ntimuze mugire n’ico mukura kuri ryo+, kugira ngo mugumye amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndabategetse.