ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 12:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+.

  • Yosuwa 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Gusa ugire umutima rugabo kandi ukomere cane kugira witwararike gukora wisunze itegeko ryose Musa umusavyi wanje yagutegetse+. Ntukevye ngo uve kuri ryo, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ukorane ubukerebutsi aho uzoja hose+.

  • Imigani 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ntugire ico wongera ku majambo yayo+, kugira ngo ntigukangire no kugira ngo ntuboneke ko uri umubeshi+.

  • Ivyahishuwe 22:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Ndashingiye intahe umuntu wese yumva amajambo y’ubuhanuzi bwo muri uyu muzingo: Nihagira uwugira ico yongeyeko+ kuri ibi bintu, Imana izomwongera ivyago+ vyanditswe muri uyu muzingo;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika