ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ntimuze mugire ico mwongera kw’ijambo ndabategetse, eka ntimuze mugire n’ico mukura kuri ryo+, kugira ngo mugumye amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndabategetse.

  • Gusubira mu vyagezwe 12:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+.

  • Imigani 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ntugire ico wongera ku majambo yayo+, kugira ngo ntigukangire no kugira ngo ntuboneke ko uri umubeshi+.

  • Yohani 20:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nkako, Yezu yarakoreye n’ibindi bimenyetso vyinshi imbere y’abigishwa, bitanditswe muri uyu muzingo+.

  • 2 Abakorinto 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kukaba nkako, iyo haje umuntu akamamaza uwitwa Yezu atari umwe twebwe twamamaje+, canke mukaronka impwemu itari iyo mwaronse+, canke inkuru nziza+ itari iyo mwemeye, muramwihanganira bitagoranye+.

  • Abagalatiya 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ariko naho yoba twebwe canke umumarayika avuye mw’ijuru, akaza abamenyesha icitwa inkuru nziza kirenze inkuru nziza twebwe twabamenyesheje, arakavumwa+.

  • 1 Yohani 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 mugabo ijambo ry’irihumekano ryose ritemera icese Yezu ntirikomoka ku Mana+. Ikigeretseko, iryo ni rya jambo ry’irihumekano rya antikristu mwumvise ko ryariko riraza+, ubu rikaba rimaze gushika mw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika