Abalewi 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amaherezo Musa na Aroni binjira mw’ihema ry’ihuriro hanyuma barasohoka, bahezagira abantu+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova+ bubonekera abantu bose, Guharura 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: ‘Uku ni ko muzohezagira+ bene Isirayeli, mu kubabwira muti: Yosuwa 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yosuwa aca arabahezagira+ hanyuma arabarungika kugira bagende ku mahema yabo. 1 Abami 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze umwami arahindukira, atangura guhezagira+ ishengero rya Isirayeli ryose, mu gihe iryo shengero rya Isirayeli ryose ryari rihagaze. 2 Ngoma 30:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Amaherezo abaherezi, Abalewi, barahaguruka hanyuma bahezagira+ abantu; nuko Imana yumva ijwi ryabo, ku buryo isengesho ryabo rishika ahantu heranda iba, mu majuru+.
23 Amaherezo Musa na Aroni binjira mw’ihema ry’ihuriro hanyuma barasohoka, bahezagira abantu+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova+ bubonekera abantu bose,
14 Maze umwami arahindukira, atangura guhezagira+ ishengero rya Isirayeli ryose, mu gihe iryo shengero rya Isirayeli ryose ryari rihagaze.
27 Amaherezo abaherezi, Abalewi, barahaguruka hanyuma bahezagira+ abantu; nuko Imana yumva ijwi ryabo, ku buryo isengesho ryabo rishika ahantu heranda iba, mu majuru+.