Guharura 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: ‘Uku ni ko muzohezagira+ bene Isirayeli, mu kubabwira muti: Gusubira mu vyagezwe 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+.
8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+.