Itanguriro 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova avuga ati: “Ngiye kuzimanganya ku buringanire bw’ubutaka abantu naremye+, kuva ku muntu gushika ku gitungwa, ku gikoko kigendagenda no ku kiremwa kiguruka co mu kirere+, kuko nicujije koko kuba narabiremye+.”
7 Nuko Yehova avuga ati: “Ngiye kuzimanganya ku buringanire bw’ubutaka abantu naremye+, kuva ku muntu gushika ku gitungwa, ku gikoko kigendagenda no ku kiremwa kiguruka co mu kirere+, kuko nicujije koko kuba narabiremye+.”