Itanguriro 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko haduka ikigoyi mu gihugu, uretse ca kigoyi ca mbere caba mu misi ya Aburahamu+, ku buryo Izahaki agenda yerekeza i Gerari+ kwa Abimeleki, umwami w’Abafilisitiya.
26 Nuko haduka ikigoyi mu gihugu, uretse ca kigoyi ca mbere caba mu misi ya Aburahamu+, ku buryo Izahaki agenda yerekeza i Gerari+ kwa Abimeleki, umwami w’Abafilisitiya.