Itanguriro 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko ikigoyi kiraduka mu gihugu maze Aburamu amanuka yerekeza mu Misiri kugira abeyo ari kavamahanga+, kuko ikigoyi cari gikaze mu gihugu+.
10 Nuko ikigoyi kiraduka mu gihugu maze Aburamu amanuka yerekeza mu Misiri kugira abeyo ari kavamahanga+, kuko ikigoyi cari gikaze mu gihugu+.