ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 47:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Inyuma y’ivyo babwira Farawo bati: “Twaje kuba mu gihugu turi ba kavamahanga+, kuko ata buragiriro buhari ku bw’umukuku abasavyi bawe bafise+, kuko ikigoyi gikaze mu gihugu ca Kanani+. None rero turakwingize ureke abasavyi bawe babe mu gihugu ca Gosheni+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 23:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Ntuze wanke Umwedomu urunuka, kuko ari mwene wanyu+.

      “Ntuze wanke Umunyamisiri urunuka, kuko wacitse kavamahanga mu gihugu ciwe+.

  • Zaburi 105:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi baguma bagendagenda bava mw’ihanga baja mu rindi+,

      Bava mu bwami bumwe bagana ikindi gisata+.

  • Ivyakozwe 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika