Itanguriro 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko atangura kubwira Aburamu ati: “Umenye neza yuko uruvyaro rwawe ruzocika kavamahanga mu gihugu kitari icabo+, kandi bazobwirizwa gukorera abantu baho, kandi bano bazobateza amarushwa imyaka amajana ane+. Itanguriro 46:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, bajana n’amasho yabo n’ibintu vyabo, ivyo bari bararundanije mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo binjira mu Misiri, Yakobo n’uruvyaro rwiwe rwose. Kuvayo 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Abalewi 19:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga, kuri mwebwe aze acike nk’imvukira yanyu. Utegerezwa kumukunda nk’uko wikunda+, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu. Zaburi 105:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma Isirayeli araza mu Misiri+,Yakobo ubwiwe abaho ari kavamahanga mu gihugu ca Hamu+.
13 Nuko atangura kubwira Aburamu ati: “Umenye neza yuko uruvyaro rwawe ruzocika kavamahanga mu gihugu kitari icabo+, kandi bazobwirizwa gukorera abantu baho, kandi bano bazobateza amarushwa imyaka amajana ane+.
6 Vyongeye, bajana n’amasho yabo n’ibintu vyabo, ivyo bari bararundanije mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo binjira mu Misiri, Yakobo n’uruvyaro rwiwe rwose.
21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+.
34 Kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga, kuri mwebwe aze acike nk’imvukira yanyu. Utegerezwa kumukunda nk’uko wikunda+, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu.