Itanguriro 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Inyuma y’ivyo Abimeleki afata intama n’inka n’abasuku n’abasukukazi abiha Aburahamu, yongera amusubiza Sara umugore wiwe+. Itanguriro 24:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yehova yarahezagiye databuja rwose, kuko abandanya kumugira uwukomeye no kumuha intama n’inka n’ifeza n’inzahabu n’abasuku n’abasukukazi n’ingamiya n’indogobwa+.
14 Inyuma y’ivyo Abimeleki afata intama n’inka n’abasuku n’abasukukazi abiha Aburahamu, yongera amusubiza Sara umugore wiwe+.
35 Yehova yarahezagiye databuja rwose, kuko abandanya kumugira uwukomeye no kumuha intama n’inka n’ifeza n’inzahabu n’abasuku n’abasukukazi n’ingamiya n’indogobwa+.