29 Aburamu na Nahori babira abagore. Umugore wa Aburamu yitwa Sarayi+, umugore wa Nahori na we Milika+, umukobwa wa Harani se wa Milika akaba na se wa Isika.
19 Inyuma y’ivyo, Aburahamu ahamba Sara umugore wiwe mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela imbere ya Mamure, ni ukuvuga Heburoni, mu gihugu ca Kanani+.