Itanguriro 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Aburahamu yaza aravuga ku vyerekeye Sara umugore wiwe ati: “Ni mushikanje+.” Nuko Abimeleki umwami wa Gerari atuma kuzana Sara+. Itanguriro 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bisubiye, ni mushikanje vy’ukuri, umukobwa wa dawe, uretse ko atari umukobwa wa mawe; kandi yacitse umugore wanje+.
2 Kandi Aburahamu yaza aravuga ku vyerekeye Sara umugore wiwe ati: “Ni mushikanje+.” Nuko Abimeleki umwami wa Gerari atuma kuzana Sara+.
12 Bisubiye, ni mushikanje vy’ukuri, umukobwa wa dawe, uretse ko atari umukobwa wa mawe; kandi yacitse umugore wanje+.