ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ni wewe Yehova wenyene+; ni wewe wakoze amajuru+, egome, ijuru ry’amajuru, n’ingabo zayo zose+, isi+ n’ibiri kuri yo vyose+, ibiyaga+ n’ibiri muri vyo vyose+; vyose ubizigamira ubuzima; kandi ingabo+ zo mu majuru zirakwunamira.

  • Zaburi 146:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,

      W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,

      Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,

  • Yesaya 42:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+:

  • Zakariya 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ijambo ryamenyeshejwe: “Ijambo rya Yehova ryerekeye Isirayeli,” ni ko Yehova avuze, Umwe aramvura amajuru+, agashinga umushinge w’isi+ kandi akarema impwemu+ y’umuntu muri we.

  • Ivyakozwe 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati:

      “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika