Abacamanza 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+. Luka 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Zekariya abwira nya mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki? Ko nshaje+, umugore wanje na we akaba yitereye mu myaka.”
17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+.
18 Zekariya abwira nya mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki? Ko nshaje+, umugore wanje na we akaba yitereye mu myaka.”