Itanguriro 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Aburahamu agwa yubamye maze atangura gutwenga no kuvuga mu mutima wiwe+ ati: “Mbega umuntu w’imyaka ijana azovyara umwana, na Sara, emwe, umugore w’imyaka mirongo icenda, yibaruke+?” Itanguriro 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aburahamu na Sara bari bashaje, bitereye mu myaka+. Sara yari yarahagaritse kuja mu butinyanka+. Abaroma 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi naho atagoyagoye mu kwizera, yararavye umubiri wiwe bwite, ico gihe ukaba wasa n’uwapfuye+, kuko yari yegereje imyaka ijana+, araba n’ingene inda ya Sara yasa n’iyapfuye+.
17 Nuko Aburahamu agwa yubamye maze atangura gutwenga no kuvuga mu mutima wiwe+ ati: “Mbega umuntu w’imyaka ijana azovyara umwana, na Sara, emwe, umugore w’imyaka mirongo icenda, yibaruke+?”
19 Kandi naho atagoyagoye mu kwizera, yararavye umubiri wiwe bwite, ico gihe ukaba wasa n’uwapfuye+, kuko yari yegereje imyaka ijana+, araba n’ingene inda ya Sara yasa n’iyapfuye+.