Itanguriro 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Haguruka, ukure hasi uwo muhungu umufate n’ukuboko kwawe, kuko nzomugira ihanga rikomeye+.” 1 Ngoma 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aya ni yo mamuko y’imiryango yabo: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+,
29 Aya ni yo mamuko y’imiryango yabo: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+,