Itanguriro 28:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku bw’ivyo Esawu aja kwa Ishimayeli maze yabira Mahalati umukobwa wa Ishimayeli mwene Aburahamu, mushiki wa Nebayoti, amugira umugore yiyongera ku bagore biwe bandi+. Yesaya 60:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.
9 Ku bw’ivyo Esawu aja kwa Ishimayeli maze yabira Mahalati umukobwa wa Ishimayeli mwene Aburahamu, mushiki wa Nebayoti, amugira umugore yiyongera ku bagore biwe bandi+.
7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.