Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+; Kuvayo 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imana irahava yumva ukuniha kwabo+, yibuka isezerano yagiranye na Aburahamu, Izahaki na Yakobo+. Abaheburayo 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.
3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+;
9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.