Rusi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bowazi na we aduga kw’irembo+, yicaraho. Maze aza abona wa mucunguzi ararenganye, umwe Bowazi yari yavuze+. Aca avuga ati: “Kevya wicare hano, yewe naka.” Nuko arakevya, aricara. Esiteri 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Igihe nya bigeme b’isugi+ bakoranirizwa hamwe ubugira kabiri, Morudekayi yari yicaye mw’irembo ry’umwami+.
4 Bowazi na we aduga kw’irembo+, yicaraho. Maze aza abona wa mucunguzi ararenganye, umwe Bowazi yari yavuze+. Aca avuga ati: “Kevya wicare hano, yewe naka.” Nuko arakevya, aricara.
19 Igihe nya bigeme b’isugi+ bakoranirizwa hamwe ubugira kabiri, Morudekayi yari yicaye mw’irembo ry’umwami+.