Abacamanza 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bakeberezayo rero kugira baje kurara i Gibeya. Nuko barinjira, bicara mu kibanza ca bose c’ico gisagara, mugabo ntihaboneka uwubajana mu nzu kugira barareyo+.
15 Bakeberezayo rero kugira baje kurara i Gibeya. Nuko barinjira, bicara mu kibanza ca bose c’ico gisagara, mugabo ntihaboneka uwubajana mu nzu kugira barareyo+.