-
Luka 17:31Bibiliya y’isi nshasha
-
-
31 “Kuri uwo musi uwuzoba ari hejuru ku nzu mugabo ibintu vyiwe bikaba biri mu nzu ntaze amanuke kubitora, kandi uwuzoba ari mw’itongo na we nyene ntaze agaruke ku biri inyuma.
-