Yosuwa 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abo basore bari baratase ico gihugu barinjira rero, basohora Rahabu na se na nyina na basazawe n’abiwe bose, egome, basohora abo mu muryango wiwe bose+; maze babashira inyuma y’ikambi ya Isirayeli. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
23 Abo basore bari baratase ico gihugu barinjira rero, basohora Rahabu na se na nyina na basazawe n’abiwe bose, egome, basohora abo mu muryango wiwe bose+; maze babashira inyuma y’ikambi ya Isirayeli.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,