Zaburi 68:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Imana y’ukuri kuri twebwe ni Imana y’ibikorwa vy’ugukiza+;Kandi ivyanzo bikura umuntu mu rupfu+ ni ivya Yehova Umukama Segaba+. Zaburi 119:175 Bibiliya y’isi nshasha 175 Ese nobandanya kubaho no kugushemeza+,Kandi ese ingingo zawe z’ubutungane zomfasha+!
20 Imana y’ukuri kuri twebwe ni Imana y’ibikorwa vy’ugukiza+;Kandi ivyanzo bikura umuntu mu rupfu+ ni ivya Yehova Umukama Segaba+.