Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe. Zaburi 119:75 Bibiliya y’isi nshasha 75 Ndazi neza, ewe Yehova, yuko ingingo zawe z’ubutungane ari ubugororotsi+Be n’uko wanteje amarushwa mu bwizigirwa+.
4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.
75 Ndazi neza, ewe Yehova, yuko ingingo zawe z’ubutungane ari ubugororotsi+Be n’uko wanteje amarushwa mu bwizigirwa+.